Indege ya Malaysia Airlines ntiraboneka
Hashize iminsi itatu nta rengero riraboneka ry'indege y'ikompanyi ya Malaysia Airlines
Polisi ya Maleziya ivuga ko yashoboye kumenya ko umwe mu bagenzi bari muriiyo ndege yakoresheje pasiporo itari iye.
Yavuze gusa ko atari Umunyamaleziya.
Iyo ndege yari ifiTe abagenzi 239, n'abakozi bo mu ndege, abenshi muri bo bakaba bari Abashinwa.
![]() |
| Imwe mu ndage za Malaysia Airlines |

Sem comentários:
Enviar um comentário